Kuvayo 24:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Musa aca agenda kubwira abantu ivyo Yehova yari yamubwiye vyose n’ingingo zose yari yamushikirije+. Maze bose bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.»
3 Musa aca agenda kubwira abantu ivyo Yehova yari yamubwiye vyose n’ingingo zose yari yamushikirije+. Maze bose bishurira rimwe bati: «Ivyo Yehova avuze vyose turemeye kubikora+.»