Kuvayo 13:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Musa aca abwira abantu ati: «Muzokwame mwibuka uyu musi muviriyeko mu Misiri+, igihugu mwabayemwo muri abashumba*, kuko Yehova yabakujeyo ukuboko kwiwe gukomeye+. Ntimuze murye ikintu na kimwe kirimwo umwambiro. Gusubira mu vyagezwe 4:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 Ariko ni mwebwe Yehova yatoye abakura muri ya furu ishongesha ivyuma ari yo Misiri, kugira mube ihanga ryiwe yigabira*+ nk’uko biri uyu musi.
3 Musa aca abwira abantu ati: «Muzokwame mwibuka uyu musi muviriyeko mu Misiri+, igihugu mwabayemwo muri abashumba*, kuko Yehova yabakujeyo ukuboko kwiwe gukomeye+. Ntimuze murye ikintu na kimwe kirimwo umwambiro.
20 Ariko ni mwebwe Yehova yatoye abakura muri ya furu ishongesha ivyuma ari yo Misiri, kugira mube ihanga ryiwe yigabira*+ nk’uko biri uyu musi.