ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 7:13
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 13 Mugabo mwagumye mukora ivyo bintu vyose”, ni ko Yehova avuze. “Naho navuganye namwe incuro n’izindi*, ntimwumvirije+. Nagumye ndabahamagara, mugabo ntimwitabe+.

  • Yeremiya 25:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Yehova yarabatumyeko abasavyi biwe bose b’abahanuzi, akabatuma incuro n’izindi*, mugabo ntimwumvirije canke ngo mutege ugutwi+.

  • Yeremiya 35:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Nagumye ndabatumako abasavyi banje bose b’abahanuzi incuro n’izindi*+, nkavuga nti: “Ndabasavye, umwe wese ahindukire ahebe ingeso ziwe mbi+, akore ibigororotse. Ntimukurikire izindi mana kandi ntimuzisenge*. Muzoheza mubandanye kuba mu gihugu nabahaye mwe na ba sogokuruza banyu+.” Ariko ntimwateze ugutwi canke ngo munyumvirize.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika