Abacamanza 2:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Abisirayeli rero bakora ivyo Yehova abona ko ari bibi, basenga* na za Bayali+. Abacamanza 2:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mugabo baranse kwumviriza n’abacamanza, basenga izindi mana*, barazunamira. Ntibatevye guta inzira ba sekuruza babo bagendeyemwo, kuko bobo bari baragamburutse amabwirizwa ya Yehova+. Mugabo abo Bisirayeli ntibagamburutse. 1 Samweli 8:8 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 8 Ivyo bariko baragira ni nk’ivyo bagize kuva umusi nabakura mu Misiri gushika n’uyu musi. Baguma bampeba+ bagasenga* izindi mana+, kandi nawe ni vyo bariko barakugirira. 2 Abami 22:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Ishavu mfitiye aha hantu rizoduga nk’umuriro udashobora kuzima+, kubera ko abaho bampevye, bakaba bashikanira izindi mana ibimazi bigafumba umwotsi+. Ivyo babigira kugira ngo bambabaze biciye ku vyo bakora vyose+.”’
17 Mugabo baranse kwumviriza n’abacamanza, basenga izindi mana*, barazunamira. Ntibatevye guta inzira ba sekuruza babo bagendeyemwo, kuko bobo bari baragamburutse amabwirizwa ya Yehova+. Mugabo abo Bisirayeli ntibagamburutse.
8 Ivyo bariko baragira ni nk’ivyo bagize kuva umusi nabakura mu Misiri gushika n’uyu musi. Baguma bampeba+ bagasenga* izindi mana+, kandi nawe ni vyo bariko barakugirira.
17 Ishavu mfitiye aha hantu rizoduga nk’umuriro udashobora kuzima+, kubera ko abaho bampevye, bakaba bashikanira izindi mana ibimazi bigafumba umwotsi+. Ivyo babigira kugira ngo bambabaze biciye ku vyo bakora vyose+.”’