-
2 Ngoma 28:22, 23Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Kandi muri ico gihe umwami Ahazi yari mu vyago, yarushirije guhemukira Yehova. 23 Yaciye atangura gushikanira ibimazi imana z’i Damasiko+ zari zamutsinze+, avuga ati: «Ko imana z’abami ba Siriya ziriko zirabafasha, reka nanje ndazishikanire ibimazi kugira zimfashe+.» Mugabo zaramukwegeye, zikwegera n’Abisirayeli bose.
-