ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 31:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Yehova araheza abwira Musa ati: «Ehe uri mu gupfa* kandi aba bantu bazompemukira batangure gusenga imana* z’amahanga abakikuje mu gihugu bagiyemwo+. Bazompeba+ bongere barenge kw’isezerano nagiraniye na bo+.

  • 2 Abami 17:6, 7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 6 Mu mwaka ugira icenda Hosheya aganza, ni ho umwami wa Ashuri yafata Samariya+. Yaciye atwara Abisirayeli mu bunyagano+ i Ashuri, abajana kuba i Hala n’i Habori hafi y’uruzi Gozani+ no mu bisagara vy’Abamedi+.

      7 Ivyo vyabaye kubera yuko Abisirayeli bari bacumuye ku Mana yabo Yehova yabakuye mu gihugu ca Misiri, ikabakiza Farawo umwami wa Misiri+. Baratanguye gusenga* izindi mana+,

  • Hoseya 6:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  7 Ariko bo barahonyanze isezerano ryanje+ nk’umuntu buntu.

      Aho nyene ni ho bampemukiriye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika