2 Abami 22:16 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 16 ‘Yehova avuze ati: “Ngira nteze ivyago aha hantu n’abahaba, ndabazaneko ibintu vyose biri muri ico gitabu umwami w’Ubuyuda yasomye+. Yeremiya 6:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 Umva, wa si we! Ngira nzane ivyago kuri aba bantu+kubera imigambi yabo mibi,kuko batumvirije amajambo yanje,bagashibura amategeko* yanje.» Ezekiyeli 7:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Ehe icago! Icago kidasanzwe kiriko kiraza+.
16 ‘Yehova avuze ati: “Ngira nteze ivyago aha hantu n’abahaba, ndabazaneko ibintu vyose biri muri ico gitabu umwami w’Ubuyuda yasomye+.
19 Umva, wa si we! Ngira nzane ivyago kuri aba bantu+kubera imigambi yabo mibi,kuko batumvirije amajambo yanje,bagashibura amategeko* yanje.»