Yeremiya 19:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Bubakiye Bayali ibibanza vyo gusengeramwo* kugira bahaturirire abahungu babo, nk’amashikanwa aturirwa uko yakabaye ashikanirwa Bayali+. Ico ni ikintu ntabategetse canke ngo mvuge, kandi kitigeze kinza no mu mutima*+.’” Yeremiya 19:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 «Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyose bihakikuje ivyago vyose navuze ko nzohateza, kubera ko babaye intagondwa, banka kugamburuka* ivyo ndababwira+.”»
5 Bubakiye Bayali ibibanza vyo gusengeramwo* kugira bahaturirire abahungu babo, nk’amashikanwa aturirwa uko yakabaye ashikanirwa Bayali+. Ico ni ikintu ntabategetse canke ngo mvuge, kandi kitigeze kinza no mu mutima*+.’”
15 «Yehova Nyeningabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: “Ngira nzane kuri iki gisagara no ku bisagara vyose bihakikuje ivyago vyose navuze ko nzohateza, kubera ko babaye intagondwa, banka kugamburuka* ivyo ndababwira+.”»