18 Nuko bavuga bati: «Nimuze twiyumvire ingene twogirira nabi Yeremiya+, kuko abaherezi bacu ari bo bazobandanya kutwigisha amategeko, inkerebutsi zacu zikabandanya kuduha impanuro, abahanuzi bacu na bo bakabandanya kutubwira ijambo ry’Imana. Nimuze tumuvuge nabi, n’ivyo avuga ntituvyumvirize.»