ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 28:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 Nawe Salomo mwananje, nurondere kumenya Imana ya so kandi uyikorere n’umutima wawe wose*+ be n’umutima uhimbawe*, kuko Yehova asuzuma imitima yose+ akamenya imigambi* yose umuntu afise mu mutima n’ivyiyumviro vyiwe+. Niwamurondera uzomuronka*+ mugabo niwamuheba na we azoguheba ibihe vyose+.

  • Yeremiya 17:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Jewe Yehova nsesa umutima+,

      ngasuzuma ivyiyumviro vy’ibwina*,

      kugira ngo umwe wese ndamuhe ibihuye n’ingeso ziwe,

      ibihuye n’ivyo akora*+.

  • Yeremiya 20:12
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 12 Mugabo wewe Yehova Nyeningabo, urasuzuma umugororotsi.

      Urabona ivyiyumviro biri ibwina* hamwe n’umutima+.

      Ese nobona ingene ubihora+,

      kuko ari wewe nashikirije imburano zanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika