-
Ezekiyeli 34:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Ndirahiye jewe Imana nzima. Ko intama zanje zisigaye zihigwa, zikaribwa n’ibikoko vyose vyo mu gahinga kubera ko zitagira umwungere, kandi abungere banje bakaba batarondeye intama zanje, ahubwo bakaguma bigaburira ubwabo aho kugaburira intama zanje’”,
-