Ezekiyeli 16:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Ni co gituma ngira nkoranirize hamwe abakunzi bawe bose wahora uryohera, abo wakunda bose n’abo wanka bose. Nzobakoraniriza hamwe kugira bakurwanye bavuye irya n’ino, ntume babona ubwambure bwawe, bakubone uri gusa wese uko wakabaye+.
37 Ni co gituma ngira nkoranirize hamwe abakunzi bawe bose wahora uryohera, abo wakunda bose n’abo wanka bose. Nzobakoraniriza hamwe kugira bakurwanye bavuye irya n’ino, ntume babona ubwambure bwawe, bakubone uri gusa wese uko wakabaye+.