Yesaya 30:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Bamanuka mu Misiri+ batabanje kumpanuza*+,bakaja kwa Farawo ngo abakingire*,bakaronderera ubuhungiro mu gitutu ca Misiri. Yesaya 31:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+,abishimira amafarasi+,bakizigira imikogote y’intambara kubera ari myinshi,bakizigira n’amafarasi y’intambara* kubera ko akomeye. Mugabo ntibahanga amaso wa Mweranda wa Isirayeli,ntibarondera Yehova. Gucura intimba 5:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Twayira amaboko Misiri+ na Ashuri+ kugira turonke ivyo kurya bikwiye. Ezekiyeli 16:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Wakoranye ubumaraya n’Abanyamisiri+, ababanyi bawe barurumba inambu*, urambabaza mu gukora ubumaraya bwinshi cane. Ezekiyeli 17:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Mugabo amaherezo umwami aramugarariza+ mu kurungika intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo Misiri imuhe amafarasi+ n’ingabo nyinshi+. Mbega azororanirwa? Mbega uwukora ivyo azogenda adahanywe? Yorenga kw’isezerano akarusimba+?”
2 Bamanuka mu Misiri+ batabanje kumpanuza*+,bakaja kwa Farawo ngo abakingire*,bakaronderera ubuhungiro mu gitutu ca Misiri.
31 Baragowe abamanuka mu Misiri kurondera imfashanyo+,abishimira amafarasi+,bakizigira imikogote y’intambara kubera ari myinshi,bakizigira n’amafarasi y’intambara* kubera ko akomeye. Mugabo ntibahanga amaso wa Mweranda wa Isirayeli,ntibarondera Yehova.
26 Wakoranye ubumaraya n’Abanyamisiri+, ababanyi bawe barurumba inambu*, urambabaza mu gukora ubumaraya bwinshi cane.
15 Mugabo amaherezo umwami aramugarariza+ mu kurungika intumwa ziwe mu Misiri, kugira ngo Misiri imuhe amafarasi+ n’ingabo nyinshi+. Mbega azororanirwa? Mbega uwukora ivyo azogenda adahanywe? Yorenga kw’isezerano akarusimba+?”