ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 8:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Yehova avuze ati: «Ico gihe amagufa y’abami b’Ubuyuda, ay’abatware baho, ay’abaherezi, ay’abahanuzi n’ay’ababa i Yeruzalemu azokurwa mu mva zabo. 2 Azosanzwa munsi y’izuba, ukwezi n’ingabo zose zo kw’ijuru. Ivyo bintu barabikunze barabikorera, barabikurikira, barabirondera bongera baravyunamira+. Ayo magufa ntazokwegeranywa canke ngo ahambwe. Azoba nk’intabire isanzaye kw’isi+.

  • Zefaniya 1:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 «Nzoramvura ukuboko kugira nkubite Ubuyuda

      n’ababa i Yeruzalemu bose;

      nzozimanganya muri iki kibanza ibisigarira vyose vya Bayali+,

      izina ry’abaherezi b’imana z’inyamahanga n’abaherezi bahemutse+;

       5 nzohonya abunamira ingabo zo kw’ijuru*+ bari hejuru ku mazu,

      abunama basezerana ko batazompemukira jewe Yehova+

      bakongera bagasezerana ko batazohemukira Malikamu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika