Gusubira mu vyagezwe 28:32 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 32 Abahungu bawe n’abakobwa bawe bazotwarwa n’irindi hanga ubona+. Uzokwama wipfuza kubabona ariko ata co uri buhindure.
32 Abahungu bawe n’abakobwa bawe bazotwarwa n’irindi hanga ubona+. Uzokwama wipfuza kubabona ariko ata co uri buhindure.