2 Ngoma 36:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Mu ntango z’umwaka*, umwami Nebukadinezari atuma abantu biwe ngo bamuzane i Babiloni+. Baza bazanye n’ibintu vy’agaciro vyo mu nzu ya Yehova+. Maze yimika Zedekiya sewabo wa Yehoyakini, ngo abe umwami w’Ubuyuda na Yeruzalemu+. Yeremiya 15:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Ivyo ufise n’amatunga yawe nzoreka abansi bawe babinyage+ ata co barishe.Bazobitwara kubera ibicumuro vyawe vyose wakoreye mu turere twawe twose.
10 Mu ntango z’umwaka*, umwami Nebukadinezari atuma abantu biwe ngo bamuzane i Babiloni+. Baza bazanye n’ibintu vy’agaciro vyo mu nzu ya Yehova+. Maze yimika Zedekiya sewabo wa Yehoyakini, ngo abe umwami w’Ubuyuda na Yeruzalemu+.
13 Ivyo ufise n’amatunga yawe nzoreka abansi bawe babinyage+ ata co barishe.Bazobitwara kubera ibicumuro vyawe vyose wakoreye mu turere twawe twose.