ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 27:2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  2 Igihe inkozi z’ikibi zantera kugira zintabagure+,

      abandwanya be n’abansi banje ni bo batsitaye baragwa.

  • Yeremiya 15:15
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 15 Ewe Yehova, urazi ivyanje.

      Nunyibuke, unyiteho.

      Abampama nubihore ku bwanje+.

      Ntureke ngo mpone* kubera ko uteba gushavura.

      Aka gacokoro umenye ko ndakikoreye kubera wewe+.

  • Yeremiya 15:20
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 20 «Nkugize uruhome rukomeye rw’umujumpu imbere y’aba bantu+.

      Bazokurwanya koko,

      mugabo ntibazokunesha+,

      kuko ndi kumwe nawe kugira ngo ndagukize ndakurokore», ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 17:18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 18 Abampama nibamaramare+,

      mugabo ntureke ngo maramare.

      Nibabe ari bo batekerwa n’ubwoba,

      mugabo ntureke ngo ntekerwe n’ubwoba.

      Nubazaneko umusi w’ivyago+,

      ubavunagure, ubazimanganye buhere*.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika