Yesaya 3:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Mu maso habo harabagiriza.Igicumuro cabo bakivugira ahabona nk’ab’i Sodomu+.Ntibagerageza kukinyegeza. Baragowe kuko bikwegera ivyago.
9 Mu maso habo harabagiriza.Igicumuro cabo bakivugira ahabona nk’ab’i Sodomu+.Ntibagerageza kukinyegeza. Baragowe kuko bikwegera ivyago.