Yeremiya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Yehova Imana Nyeningabo avuze rero ati: «Kubera ko abo bantu bavuga ivyo,ngira ntume amajambo yanje aba umuriro mu kanwa kawe+,aba bantu na bo babe inkwi,maze uwo muriro ubarigate+.»
14 Yehova Imana Nyeningabo avuze rero ati: «Kubera ko abo bantu bavuga ivyo,ngira ntume amajambo yanje aba umuriro mu kanwa kawe+,aba bantu na bo babe inkwi,maze uwo muriro ubarigate+.»