Yeremiya 6:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Umukobwa wa Siyoni asa n’umugore mwiza kandi yamikaye+. Yeremiya 6:26 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 26 Yemwe bantu bo mw’ihanga ryacu*,nimwambare amagunira+, mwikumbagaze mu minyota. Nimugandare nk’abagandariye umwana w’ikinege,muborogane agahinda kenshi+kuko uwuhonya azotuzako giturumbuka+.
26 Yemwe bantu bo mw’ihanga ryacu*,nimwambare amagunira+, mwikumbagaze mu minyota. Nimugandare nk’abagandariye umwana w’ikinege,muborogane agahinda kenshi+kuko uwuhonya azotuzako giturumbuka+.