2 Abami 25:5, 6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo ingabo z’Abakaludaya zimwirukako, zimuhambiriza mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko maze abasoda biwe bose barasanzara baramuta. 6 Nuko bafata umwami+ bamudugana i Ribula ku mwami wa Babiloni, bamucira urubanza. Yeremiya 39:5 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 5 Mugabo ingabo z’Abakaludaya ziboma inyuma, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamudugana i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, bamushikiriza Nebukadinezari* umwami wa Babiloni, amucira urubanza ng’aho.
5 Mugabo ingabo z’Abakaludaya zimwirukako, zimuhambiriza mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko maze abasoda biwe bose barasanzara baramuta. 6 Nuko bafata umwami+ bamudugana i Ribula ku mwami wa Babiloni, bamucira urubanza.
5 Mugabo ingabo z’Abakaludaya ziboma inyuma, zihambiriza Zedekiya mu biyaya vy’ubugaragwa vy’i Yeriko+. Maze baramufata bamudugana i Ribula+ mu gihugu ca Hamati+, bamushikiriza Nebukadinezari* umwami wa Babiloni, amucira urubanza ng’aho.