ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 27:41
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 41 Ariko Esawu agirira inzigo Yakobo kubera umuhezagiro se yari yamuhaye+, aguma yibwira ati: «Dawe ari mu gupfa+. Ikigandaro nicahera, nzoca nica Yakobo mwenewacu.»

  • Amosi 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 11 Ibi ni vyo Yehova avuze:

      “Kubera Edomu yangararije+ incuro zitatu, mbere ni zine, sinzokwisubirako,

      kuko yomye inyuma mwenewabo n’inkota+,

      akanka kumugirira imbabazi.

      Aguma abatabagura n’ishavu n’akantu,

      kandi n’ubu aracabafitiye ishavu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika