Obadiya 15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Kuko umusi wa Yehova wo kurwanya amahanga yose uri hafi+. Kurya wagize, ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoreye abandi bizokugaruka ku gatwe.
15 Kuko umusi wa Yehova wo kurwanya amahanga yose uri hafi+. Kurya wagize, ni ko uzogirirwa+. Ivyo wakoreye abandi bizokugaruka ku gatwe.