-
Yeremiya 49:17, 18Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
17 «Kandi igihugu ca Edomu kizocika akajoreza koko+. Umuntu wese azoca iruhande yaco azocitegereza ajorewe, avuze agahwa kubera ivyago vyose vyagishikiye. 18 Kurya vyagenze igihe Sodomu na Gomora n’ibisagara bibanyi vyatikizwa+», ni ko Yehova avuze, «nta n’umwe azobayo, kandi nta muntu azokwimukirayo+.
-