Ezekiyeli 38:2 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 «Mwana w’umuntu, hindukira urabe Gogi wo mu gihugu ca Magogi+, wa mukuru kizigenza* wa Mesheki na Tubali+, uvuge ubuhanuzi bw’ibizomushikira+.
2 «Mwana w’umuntu, hindukira urabe Gogi wo mu gihugu ca Magogi+, wa mukuru kizigenza* wa Mesheki na Tubali+, uvuge ubuhanuzi bw’ibizomushikira+.