ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 6:29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 29 Ku mpome zose z’iyo nzu, ni ukuvuga mu cumba c’Aheranda cane n’ic’Aheranda*, ahasarura amashusho y’abakerubi+, ay’ibigazi+ n’ay’amashurwe asambuye+.

  • 1 Abami 7:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Kuri utwo tuzingiti twaco no ku mpande zaco, hari hasaruwe amashusho y’abakerubi, ay’intambwe n’ay’ibigazi bivanye n’ingene hangana. Hirya no hino hari udusharizo tumeze nk’ibitsibo vyenena+.

  • 2 Ngoma 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Ahomeka inzahabu kuri iyo nyubakwa yose, ku gisenge*, ku bwinjiriro, ku mpome no ku miryango+, yongera asarura amashusho y’abakerubi ku mpome+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika