ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 30:1
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 30 Uzokore igicaniro co guturirirako imibavu+. Uzogikora mu giti c’umunyinya+.

  • 1 Abami 7:48
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 48 Nuko Salomo akora ibikoresho vyose vy’inzu ya Yehova: igicaniro+ c’inzahabu, imeza+ y’inzahabu bashirako imikate y’ishikanwa,

  • Ivyahishuwe 8:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 Haza uwundi mumarayika afise icotezo c’inzahabu kijamwo imibavu, maze ahagarara iruhande y’igicaniro+. Ahabwa imibavu myinshi+ kugira ayishikane ku gicaniro c’inzahabu+ kiri imbere ya ya ntebe y’ubwami, mu gihe amasengesho y’aberanda bose yariko arumvikana.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika