-
Ezekiyeli 42:10, 11Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
10 Hariho n’ibibanza vy’uburiro mu kigo kizitijwe amabuye*. Urwo ruzitiro rw’amabuye rwari mu buseruko bwavyo. Ivyo bibanza vyari hafi ya ha hantu hagaragara na ya nyubakwa*+. 11 Imbere yavyo hari inzira imeze nk’imwe y’ibibanza vy’uburiro vyo mu buraruko+. Uburebure bwavyo bwarangana n’ubwaguke bwavyo bukangana. Imiryango yavyo isohoka yarasa, kandi vyari vyubatswe kumwe. Ubwinjiriro bwavyo
-