Abalewi 10:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Ivyo bizotuma mushobora gutandukanya iceranda n’ikitari ceranda, igihumanye n’ikidahumanye+. Ezekiyeli 44:23 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 23 “Baze bigishe abantu banje itandukaniro riri hagati y’ikintu ceranda n’igisanzwe. Baze babafashe kumenya itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye+. 2 Abakorinto 6:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 «“Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo”, ni ko Yehova* avuze, “kandi mureke gukora ku kintu gihumanye+”», «“nanje nzobakira+.”»
23 “Baze bigishe abantu banje itandukaniro riri hagati y’ikintu ceranda n’igisanzwe. Baze babafashe kumenya itandukaniro riri hagati y’icanduye n’ikitanduye+.
17 «“Nimuve muri bo rero, kandi mwitandukanye na bo”, ni ko Yehova* avuze, “kandi mureke gukora ku kintu gihumanye+”», «“nanje nzobakira+.”»