Yeremiya 16:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Imbere ya vyose, nzobishura ibihuye neza n’ikosa ryabo n’igicumuro cabo+,kuko igihugu canje bagihumanishije imivyimba* y’ibigirwamana vyabo bisesemye,buzuza icibare canje ibintu bishisha+.”» Ezekiyeli 16:43 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 43 “Ko utibutse imisi yo mu buto bwawe+, ukantera ishavu mu gukora ivyo bintu vyose, nanje rero ngira nzane ku gatwe kawe ingaruka z’ingeso zawe”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. “Ntuzoba ugishishikara ubushirasoni bwawe n’ibintu vyose bishisha ukora.
18 Imbere ya vyose, nzobishura ibihuye neza n’ikosa ryabo n’igicumuro cabo+,kuko igihugu canje bagihumanishije imivyimba* y’ibigirwamana vyabo bisesemye,buzuza icibare canje ibintu bishisha+.”»
43 “Ko utibutse imisi yo mu buto bwawe+, ukantera ishavu mu gukora ivyo bintu vyose, nanje rero ngira nzane ku gatwe kawe ingaruka z’ingeso zawe”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. “Ntuzoba ugishishikara ubushirasoni bwawe n’ibintu vyose bishisha ukora.