ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 74:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Nta bimenyetso vyacu tubona,

      nta muhanuzi n’umwe akihari,

      kandi nta n’umwe muri twebwe azi igihe bizomara.

  • Gucura intimba 2:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Amarembo yiwe yanyikiye mu kuzimu+.

      Ivyugazo vyiwe vyaranduwe biravunagurwa.

      Umwami wiwe n’abatware biwe bari mu mahanga+.

      Nta mategeko* ahari. Mbere n’abahanuzi biwe nta co berekwa na Yehova+.

  • Ezekiyeli 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 3 «Mwana w’umuntu, vugana n’abashingantahe bo muri Isirayeli, ubabwire uti: “Umukama Segaba Yehova avuze ati: ‘Mbega muzanywe no kumpanuza? Jewe Umukama Segaba Yehova mvuze nti: “Ndirahiye jewe Imana nzima yuko ata co ndabishura ku vyo muje kumpanuza+.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika