ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 6:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Ariko Nowa we Yehova aramushima.

      9 Iyi ni inkuru yigana kahise ka Nowa.

      Nowa yari umugororotsi+. Ugereranije n’abantu bo mu gihe ciwe*, wewe yari intungane*. Nowa yagendana n’Imana y’ukuri+.

  • Abaheburayo 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 7 Kubera ukwizera, Nowa+ amaze kuburirwa n’Imana ku bintu bitari bwabonwe+, yarerekanye ko atinya Imana, arubaka ubwato+ bwo gukiza abo mu rugo rwiwe. Ukwo kwizera kwiwe ni kwo kwatumye isi icirwa urubanza+, kandi yariswe umugororotsi* biciye kuri ukwo kwizera.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika