ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14:16
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 16 Azoheba Abisirayeli kubera ibicumuro Yerobowamu yakoze, agatuma n’Abisirayeli babikora+.»

  • 1 Abami 21:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Ni ukuri nta n’umwe yigeze amera nka Ahabu+. Ahabu yiyemeje gukora* ivyo jewe Yehova mbona ko ari bibi yohejwe n’umugore wiwe Yezebeli+. 26 Yakoze ibintu binshisha rwose, asenga ibigirwamana bisesemye* cokimwe n’Abamori bose jewe Yehova nirukanye mu gihugu, kugira ndagihe Abisirayeli+.”»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika