Ezekiyeli 21:19 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 19 «Nayo wewe ga mwana w’umuntu, tegura inzira zibiri kugira ngo inkota y’umwami wa Babiloni ize. Zompi zikwiye kuva mu gihugu kimwe. Aho ibarabara rishamikira rija kuri vya bisagara bibiri hakwiye gushirwa icapa*.
19 «Nayo wewe ga mwana w’umuntu, tegura inzira zibiri kugira ngo inkota y’umwami wa Babiloni ize. Zompi zikwiye kuva mu gihugu kimwe. Aho ibarabara rishamikira rija kuri vya bisagara bibiri hakwiye gushirwa icapa*.