Yeremiya 2:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 Kubera iki none ushaka gufata inzira ija mu Misiri+kugira ngo unywe amazi ya Shihori*? Kubera iki ushaka gufata inzira ija i Ashuri+kugira ngo unywe amazi ya rwa ruzi runini*?
18 Kubera iki none ushaka gufata inzira ija mu Misiri+kugira ngo unywe amazi ya Shihori*? Kubera iki ushaka gufata inzira ija i Ashuri+kugira ngo unywe amazi ya rwa ruzi runini*?