9 Abazorusimba bazonyibuka bari mu mahanga batwawemwo ari imbohe+. Bazotahura ko navunitse umutima kubera umutima wabo w’umuhemu wampevye+, no kubera amaso yabo yipfuza rwose ibigirwamana vyabo bisesemye+. Bazomaramara bazinukwe ibintu vyose bibi kandi bishisha bakoze+.