ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 18:21
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 21 Ntuze ureke ngo hagire uwo mu ruvyaro rwawe ahabwa* Moleki*+. Ntuze uhumanye izina ry’Imana yawe muri ubwo buryo+. Ndi Yehova.

  • 2 Abami 17:17, 18
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 17 Baranaturiye abahungu babo n’abakobwa babo babatangako ibimazi*+, bararagura+ bongera barapfumura*. Bagumye bakora* ivyo Yehova abona ko ari bibi kugira ngo bamubabaze.

      18 Yehova yaciye ashavurira cane Abisirayeli, bituma abomora bamuva imbere+. Abo mu muryango wa Yuda ni bo gusa basigaye.

  • Ezekiyeli 16:36
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 36 Umukama Segaba Yehova avuze ati: “Warerekanye inambu irenze urugero, ushira ahabona ubwambure bwawe igihe wariko ukorana ubumaraya n’abagukunda hamwe n’ibigirwamana vyawe vyose bishisha kandi bisesemye*+. Ivyo bigirwamana warahevye ubishikanira n’amaraso y’abana bawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika