-
Yeremiya 4:30Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
30 None ubu ko watikijwe, uzogira ute?
Wahora wambara impuzu z’agahama,
ukishariza udusharizo tw’inzahabu,
n’amaso yawe ukayagira meza mu kuyasiga ibintu vyirabura.
-