Yesaya 65:11 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 11 Mugabo mwebwe muri mu baheba Yehova+,mu bibagira umusozi wanje mweranda+,bagategurira imeza imana y’umugisha,imana igena ibishikira umuntu na yo bakayuzuriza ibikombe vy’umuvinyu uvanze.
11 Mugabo mwebwe muri mu baheba Yehova+,mu bibagira umusozi wanje mweranda+,bagategurira imeza imana y’umugisha,imana igena ibishikira umuntu na yo bakayuzuriza ibikombe vy’umuvinyu uvanze.