2 Abami 24:3, 4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Yehova ni we vy’ukuri yashinze ko ivyo bintu bishikira Ubuyuda, kugira ngo abahaba abomore bamuve imbere+ kubera ibicumuro vyose Manase yakoze+ 4 no kubera amaraso y’abantu ata co bazira yasheshe+. Yujuje Yeruzalemu amaraso y’abantu ata co bazira, maze Yehova yanka gutanga imbabazi+. Zaburi 106:38 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 38 Bagumye basesa amaraso y’intungane+,amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,mu kubashikanira ibigirwamana vy’i Kanani+.Nuko igihugu kirahumana kubera ugusesa amaraso. Ezekiyeli 23:37 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 37 Bararenze ibigo*+, kandi amaboko yabo ariko amaraso basheshe. Uretse ko barenze ibigo mu gusenga ibigirwamana vyabo bisesemye, baranafashe abana babo bamvyariye barabaturira ngo babe imfungurwa z’ibigirwamana vyabo+.
3 Yehova ni we vy’ukuri yashinze ko ivyo bintu bishikira Ubuyuda, kugira ngo abahaba abomore bamuve imbere+ kubera ibicumuro vyose Manase yakoze+ 4 no kubera amaraso y’abantu ata co bazira yasheshe+. Yujuje Yeruzalemu amaraso y’abantu ata co bazira, maze Yehova yanka gutanga imbabazi+.
38 Bagumye basesa amaraso y’intungane+,amaraso y’abahungu babo n’abakobwa babo,mu kubashikanira ibigirwamana vy’i Kanani+.Nuko igihugu kirahumana kubera ugusesa amaraso.
37 Bararenze ibigo*+, kandi amaboko yabo ariko amaraso basheshe. Uretse ko barenze ibigo mu gusenga ibigirwamana vyabo bisesemye, baranafashe abana babo bamvyariye barabaturira ngo babe imfungurwa z’ibigirwamana vyabo+.