ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 15:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Nzotuma bacika akajoreza imbere y’ubwami bwose bwo kw’isi+ kubera ivyo Manase mwene Hezekiya, umwami w’Ubuyuda, yakoze i Yeruzalemu+.

  • Yeremiya 25:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 9 ngira ntumeko imiryango yose yo mu buraruko+”, ni ko Yehova avuze, “ntumeko umusavyi wanje Nebukadinezari* umwami wa Babiloni+. Nzobazana batere iki gihugu+, abakibamwo n’amahanga yose agikikuje+. Nzotikiza iki gihugu n’aya mahanga, bicike akajoreza n’ikintu co kuvugiriza agahwa. Bizosigara ari ibihomvagurike ibihe vyose.

  • Ezekiyeli 16:40
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 40 Bazozana isinzi ry’abantu kugutera+. Bazogutera amabuye+, bakwicishe inkota zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika