Ezekiyeli 32:18 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 18 «Mwana w’umuntu, borogera amasinzi ya Misiri, umanukane Misiri mu gihugu c’epfo, we hamwe n’abakobwa bo mu mahanga akomeye, cokimwe n’abamanuka baja muri ca cobo*. Ezekiyeli 32:20 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 20 “Bazogwa* mu bicishijwe inkota+. Yatanzwe* ngo yicishwe inkota. Nimumuburutire hariya we n’amasinzi yiwe.
18 «Mwana w’umuntu, borogera amasinzi ya Misiri, umanukane Misiri mu gihugu c’epfo, we hamwe n’abakobwa bo mu mahanga akomeye, cokimwe n’abamanuka baja muri ca cobo*.
20 “Bazogwa* mu bicishijwe inkota+. Yatanzwe* ngo yicishwe inkota. Nimumuburutire hariya we n’amasinzi yiwe.