Zaburi 107:33, 34 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 33 Ahindura inzuzi ubugaragwa,amasoko y’amazi akayahindura ahantu hagadutse+,34 ahantu hamera akahahindura isi y’umunyu+kubera ububisha bw’abantu bahaba. Ezekiyeli 29:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Igihugu ca Misiri nzokigira akahebwe kuruta ibindi bihugu, ibisagara vyaco bibe akahebwe kuruta ibindi bisagara mu kiringo c’imyaka 40+. Nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga, ndabashwiragize mu bihugu+.’
33 Ahindura inzuzi ubugaragwa,amasoko y’amazi akayahindura ahantu hagadutse+,34 ahantu hamera akahahindura isi y’umunyu+kubera ububisha bw’abantu bahaba.
12 Igihugu ca Misiri nzokigira akahebwe kuruta ibindi bihugu, ibisagara vyaco bibe akahebwe kuruta ibindi bisagara mu kiringo c’imyaka 40+. Nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga, ndabashwiragize mu bihugu+.’