ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 9:25, 26
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Yehova avuze ati: «Mu misi iri mbere, nzogira ico mbaza abantu bose bagenyerewe ariko batagenyerewe vy’ukuri+, 26 ni ukuvuga Misiri+, Ubuyuda+, Edomu+, Abamoni+, Abanyamowabu+ n’abantu bose bafise imisaya imoye baba mu bugaragwa+. Kuko amahanga yose atagenyerewe, kandi abo mw’ihanga rya Isirayeli bose ntibagenyerewe mu mutima+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika