Itanguriro 10:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Kanani yavyaye imfura yiwe Sidoni+, akurikizako Heti+. Ezekiyeli 28:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 «Mwana w’umuntu, hindukiza amaso urabe i Sidoni+, uvuge ubuhanuzi bw’ibizohashikira.