29 Nimutumeko abarasisha umuheto,
abafora umuheto bose batere Babiloni+.
Nimukambike irya n’ino kugira mumutere. Ntihagire n’umwe acaruka.
Nimumwishure ibihwanye n’ivyo yakoze+.
Nimumukorere nk’ivyo yakoze+
kuko yagize ubwibone imbere ya Yehova,
imbere y’Umweranda wa Isirayeli+.