ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  9 Ehe raba haje abagabo

      bari mu mukogote w’intambara ukwegwa n’amafarasi abiri+!»

      Maze asemerera ati:

      «Yatemvye! Babiloni yatemvye+!

      Ibishusho bibajwe vyose vy’imana ziwe vyamenaguriwe hasi+.»

  • Yeremiya 51:8
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  8 Babiloni yatemvye giturumbuka aravunika+.

      Nimumuborogere+.

      Nimurondere amavuta yo kuvura* ububabare bwiwe. Hari aho yokira.»

  • Yeremiya 51:31
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 31 Uwujejwe gutwara amakete* ariruka agahura n’uwundi,

      n’intumwa ikiruka igahura n’iyindi,

      ngo bamenyeshe umwami wa Babiloni ko igisagara ciwe cafashwe ku mpande zose+,

  • Yeremiya 51:39
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 39 «Nibamara gushwangamuka, nzobatereka inzimano zabo ndababoreze

      kugira ngo bigine+.

      Bazoca basinzira itiro ridahera,

      kandi ntibazogenda bikanguye+», ni ko Yehova avuze.

  • Yeremiya 51:57
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 57 Nzoboreza+ abatware biwe, abantu biwe b’inkerebutsi,

      ba buramatari biwe, abatware biwe bo hasi n’abarwanyi biwe.

      Bazosinzira itiro ridahera

      kandi ntibazogenda bikanguye+», ni ko Umwami yitwa Yehova Nyeningabo avuze.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika