-
Yeremiya 29:22Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
22 Ibizobashikira bizohora bivugwa nk’umuvumo n’abantu bose bo mu Buyuda bajanywe mu bunyagano i Babiloni. Bazovuga bati: ‘Yehova arakakugira nka Zedekiya na Ahabu, bamwe umwami wa Babiloni yataze ku muriro!’
-