Daniyeli 2:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Umwami abisabwe na Daniyeli, aca agena Shadrake, Meshake na Abedinego+ ngo batunganye imirimo y’intara ya Babiloni, ariko Daniyeli aguma ku kirimba c’umwami.
49 Umwami abisabwe na Daniyeli, aca agena Shadrake, Meshake na Abedinego+ ngo batunganye imirimo y’intara ya Babiloni, ariko Daniyeli aguma ku kirimba c’umwami.