Gusubira mu vyagezwe 2:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Yehova Imana yanyu yarabahezagiye mu vyo mwakoze vyose. Yabagumijeko ijisho mu rugendo rwose mwagize muri ubu bugaragwa bunini. Muri iyi myaka 40 yose, Yehova Imana yanyu yagumanye namwe kandi nta na kimwe mwabuze+.’” Gusubira mu vyagezwe 32:9, 10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Kuko abantu ba Yehova ari bo mugabane wiwe+,Yakobo ni we ntoranwa yiwe+. 10 Yamusanze ahantu h’ubugaragwa+,mu gahinga ka nyaganande karimwo amajwi ateye ubwoba+. Yaramukikuje, aramubungabunga+,aramukingira nk’imbone y’ijisho ryiwe+.
7 Yehova Imana yanyu yarabahezagiye mu vyo mwakoze vyose. Yabagumijeko ijisho mu rugendo rwose mwagize muri ubu bugaragwa bunini. Muri iyi myaka 40 yose, Yehova Imana yanyu yagumanye namwe kandi nta na kimwe mwabuze+.’”
9 Kuko abantu ba Yehova ari bo mugabane wiwe+,Yakobo ni we ntoranwa yiwe+. 10 Yamusanze ahantu h’ubugaragwa+,mu gahinga ka nyaganande karimwo amajwi ateye ubwoba+. Yaramukikuje, aramubungabunga+,aramukingira nk’imbone y’ijisho ryiwe+.